Skip to content

Igitabo

Umwidegemvyo ku mbohe

Umwidegemvyo ku mbohe itanga uburyo bwumwihariko
bushikana ku gukira n’umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw’umusaraba babe mu mwidegemvyo w’ubwiza bw’abana b’Imana (Abaroma 8:21).

Amasengesho ndetse n’ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y’isi. Basanze bishoboye kandi bifise ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y’ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy’ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.

DOWNLOAD

Training Manual PDF

 

BUY ON AMAZON

Training Manual

 

Umutwaro wari uremereye izosi ryanje waramvuyeko arasangangugwa

Amasengesho y’ukubohoka

Kwatura hamwe n ’amasengesho yo kwiyemeza gukurikira Yesu christo

Kwanka ubu isilamu

Kwanka agakandamizo nishigwa hejuru rya isilamu

Kwanka ububeshi

Isengesho rifise ikimazi cane gose .Nari mfise akamenyere ko kwiyumva nk’igikoko kibohewe mu nzu yaco , ariko ubu ndidegemvya

Isengesho ryo kwitandukanya na dhimma

Umwidegemvyo ku bijanye no kuvuma

Mpwemu w’Uhoraho ari kuri jewe , ngo mbwire aboro ubutumwa bwiza,yantumye kumenyesha imbohe ko zirekuwe, … Luka 4 : 18

Isengesho ryo kwitandukanya na dhimma

Contact us

Artboard 3
Artboard 3